1 Samweli 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sauli arahaguruka+, amanuka mu gahinga ka Zifu ari kumwe n’abagabo ibihumbi bitatu+, abahizi bo muri Isirayeli, aja kurondera Dawidi muri ako gahinga ka Zifu. Zaburi 54:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ab’ahandi bampagurukiye,N’intwazamukazo zirondera ubuzima bwanje+.Ntibashize Imana imbere yabo+. Sela.
2 Nuko Sauli arahaguruka+, amanuka mu gahinga ka Zifu ari kumwe n’abagabo ibihumbi bitatu+, abahizi bo muri Isirayeli, aja kurondera Dawidi muri ako gahinga ka Zifu.
3 Kuko ab’ahandi bampagurukiye,N’intwazamukazo zirondera ubuzima bwanje+.Ntibashize Imana imbere yabo+. Sela.