Zaburi 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+. Zaburi 53:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?Ntibarushe bambaza Yehova+. Yohani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+.
36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+.
4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?Ntibarushe bambaza Yehova+.