ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ijambo ryanyu Ego niribe Ego, Oya yanyu ibe Oya+; kuko ikirenze kuri ivyo kiva kuri wa mubisha+.

  • Yakobo 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mugabo hejuru ya vyose, bene wacu, mureke kurahira, emwe, kwaba ukurahira ijuru canke kurahira isi canke iyindi ndahiro+. Mugabo Ego yanyu ibe Ego, Oya yanyu na yo, Oya, ngo ntimugibweko n’urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika