ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze abantu ba Dawidi batangura kumubwira bati: “Ng’uyu wa musi, aho Yehova akubwira koko ati: ‘Ehe ntanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+, umugirire nk’uko ubona ko ari vyiza mu maso yawe+.’” Maze Dawidi arahaguruka, agegena buhorobuhoro igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wa Sauli.

  • 1 Samweli 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Raba uyu musi amaso yawe arabonye ukuntu Yehova yagutanze uno musi mu kuboko kwanje mw’isenga; hari uwavuze ngo tukwice+, ariko nakwumviye akagongwe maze mvuga nti: ‘Sinotuma ukuboko kwanje ngo ngirire nabi umukama wanje, kuko ari uwo Yehova yarobanuje amavuta+.’

  • 1 Samweli 26:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze Abishayi abwira Dawidi ati: “Uyu musi Imana itanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+. Ubu rero, ndakwinginze undeke ndamutobekeranye n’isi rimwe gusa, nkoresheje icumu; sindamutobekeranya kabiri.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika