1 Samweli 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu nyuma baza kumenyesha Dawidi bati: “Ehe Abafilisitiya bariko barwanya Keyila+, kandi bariko barasahura ibiri ku mbuga z’ikubitiro+.” Yobu 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwawe ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe be n’ibintu vyose afise, hirya no hino? Igikorwa c’amaboko yiwe waragihezagiye+, n’ibitungwa vyiwe vyarakwiye mw’isi. Imigani 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni co gisagara ciwe gikomeye+, kandi mu vyiyumviro vyiwe, bimeze nk’uruhome rukingira+.
23 Mu nyuma baza kumenyesha Dawidi bati: “Ehe Abafilisitiya bariko barwanya Keyila+, kandi bariko barasahura ibiri ku mbuga z’ikubitiro+.”
10 Ubwawe ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe be n’ibintu vyose afise, hirya no hino? Igikorwa c’amaboko yiwe waragihezagiye+, n’ibitungwa vyiwe vyarakwiye mw’isi.
11 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni co gisagara ciwe gikomeye+, kandi mu vyiyumviro vyiwe, bimeze nk’uruhome rukingira+.