ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Bamuha kandi agapande k’agatsima k’insukoni zafyonzwe zikegerana be n’udutsima tubiri tw’inzabibu zumye+. Maze ararya hanyuma arahembuka+; kuko yari amaze imisi itatu n’amajoro atatu atarya umukate kandi atanywa amazi.

  • 2 Samweli 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Dawidi amaze kurengana gatoyi nya songa+, Ziba+ umusuku wa Mefibosheti+ aza kumusanganira afise indogobwa zibiri+ ziriko amatandiko, kuri zo hakaba hari imikate+ amajana abiri, n’udutsima ijana tw’inzabibu zumye+, n’imitekero ijana y’ivyamwa vyo mu ci+, n’umubindi munini w’umuvinyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika