Abacamanza 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova arungika kuri bene Isirayeli umugabo umwe, umuhanuzi+, ababwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nabaduganye ndabakuye mu Misiri+, gutyo ndabakura mu nzu y’abaja+. Abaheburayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,
8 Yehova arungika kuri bene Isirayeli umugabo umwe, umuhanuzi+, ababwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nabaduganye ndabakuye mu Misiri+, gutyo ndabakura mu nzu y’abaja+.
1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,