ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.

      Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,

      Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+

      Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’

  • 1 Samweli 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova nabe umucamanza, aducire urubanza twe nawe; azobiraba yifatire urubanza rwanje mu minwe+ maze ancire urubanza kugira ankize ukuboko kwawe.”

  • Zaburi 35:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Niwifatire mu minwe urubanza rwanje, ewe Yehova, urwo mburana n’abandwanya+;

      Nurwanye abandwanya+.

  • Zaburi 43:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ncira urubanza+, Mana we,

      Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.

      Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+.

  • Imigani 22:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kuko Yehova ubwiwe azoburana urubanza rwabo+, kandi ababambura ntazobura kubambura ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika