Itanguriro 24:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Hanyuma Rebeka n’abasukukazi biwe+ barahaguruka burira ku ngamiya+ hanyuma bakurikira nya mugabo; nuko nya musuku atora Rebeka araheza afata inzira.
61 Hanyuma Rebeka n’abasukukazi biwe+ barahaguruka burira ku ngamiya+ hanyuma bakurikira nya mugabo; nuko nya musuku atora Rebeka araheza afata inzira.