1 Samweli 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ehe, nzotuma umusuku nti: ‘Genda urondere irya myampi.’ Ninabwira nya musuku ntomora, nti: ‘Ehe, imyampi iri hino yawe, yitore,’ uzoce uza, kuko bizoba bisobanura amahoro kuri wewe kandi nta ngorane izoba ihari, ndahiye ukubaho kwa Yehova+. 1 Samweli 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ubu rero mukama wanje, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ be n’ukubaho kwawe+, Yehova yakubujije+ kwinjira mu vy’ukwagirwa n’amaraso+ no gutuma ukuboko kwawe bwite gushitsa ubukiriro bwawe+. Ubu rero, abansi bawe be n’abarondera kugirira nabi umukama wanje barakaba nka Nabali+.
21 Kandi ehe, nzotuma umusuku nti: ‘Genda urondere irya myampi.’ Ninabwira nya musuku ntomora, nti: ‘Ehe, imyampi iri hino yawe, yitore,’ uzoce uza, kuko bizoba bisobanura amahoro kuri wewe kandi nta ngorane izoba ihari, ndahiye ukubaho kwa Yehova+.
26 Ubu rero mukama wanje, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ be n’ukubaho kwawe+, Yehova yakubujije+ kwinjira mu vy’ukwagirwa n’amaraso+ no gutuma ukuboko kwawe bwite gushitsa ubukiriro bwawe+. Ubu rero, abansi bawe be n’abarondera kugirira nabi umukama wanje barakaba nka Nabali+.