Itanguriro 35:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma Debora+ umurezi wa Rebeka arapfa hanyuma ahambwa ku ntango ya Beteli, munsi y’uruti rusagaraye. Ku bw’ivyo arwita Aloni-bakuti. 2 Samweli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-gileyadi+ ngo bababwire bati: “Muragahezagirwa na Yehova+, kuko mwagiriye ubwo buntu bwuzuye urukundo+ umukama wanyu, Sauli, kubera ko mwamuhamvye+.
8 Mu nyuma Debora+ umurezi wa Rebeka arapfa hanyuma ahambwa ku ntango ya Beteli, munsi y’uruti rusagaraye. Ku bw’ivyo arwita Aloni-bakuti.
5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-gileyadi+ ngo bababwire bati: “Muragahezagirwa na Yehova+, kuko mwagiriye ubwo buntu bwuzuye urukundo+ umukama wanyu, Sauli, kubera ko mwamuhamvye+.