Guharura 33:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kandi uko nari niyumviriye kugirira abo, ni ko nzoca ngirira mwebwe+.’” Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+. Abacamanza 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+. Abacamanza 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+.
13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.