Rusi 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu nyuma Rusi Umunyamowabukazi abwira Nawomi ati: “Ndakwinginze undeke ngende mu mirima gutorora*+ mu mahundo y’intete, nkurikira uwo wese nogira ubutoni mu maso yiwe.” Nuko amubwira ati: “Genda, mukobwa wanje.” Rusi 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aguma hafi y’abasukukazi ba Bowazi bakiri bato kugira atorore, gushika iyimbura rya sayiri+ n’iyimbura ry’ingano rirangiye. Aguma abana na inabukwe+.
2 Mu nyuma Rusi Umunyamowabukazi abwira Nawomi ati: “Ndakwinginze undeke ngende mu mirima gutorora*+ mu mahundo y’intete, nkurikira uwo wese nogira ubutoni mu maso yiwe.” Nuko amubwira ati: “Genda, mukobwa wanje.”
23 Aguma hafi y’abasukukazi ba Bowazi bakiri bato kugira atorore, gushika iyimbura rya sayiri+ n’iyimbura ry’ingano rirangiye. Aguma abana na inabukwe+.