ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Na we amubwira ati: “Ni ibitokwiyumvirwa+! Ntuzopfa. Erega dawe ntazokora ikintu kinini canke gitoyi ngo areke kugihishurira ugutwi kwanje+; none dawe yompishira iki ico kintu+? Ivyo ntibihora biba.”

  • 2 Samweli 7:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko wewe, Yehova nyen’ingabo, Mana ya Isirayeli, wahishuriye ugutwi kw’umusavyi wawe uti: ‘Nzokwubakira inzu+.’ Ni co gitumye umusavyi wawe agira umutima rugabo wo kugusenga n’iri sengesho+.

  • Yobu 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ni ho ipfukura ugutwi kw’abantu+,

      Igashira ikidodo cayo ku vyo ibahimiriza,

  • Zaburi 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubugenzi somambike na Yehova ni ubw’abamutinya+,

      Mbere n’isezerano ryiwe, kugira aribamenyeshe+.

  • Zaburi 99:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,

      Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.

      Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.

  • Amosi 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika