1 Samweli 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Na we nyene yiyambura impuzu maze na we nyene yifata nk’umuhanuzi imbere ya Samweli, arambarara hasi ari gusa uwo murango wose n’iryo joro ryose+. Ni co gituma vyahavuye bivugwa ngo: “Mbega na Sauli ari mu bahanuzi+?” Matayo 13:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha? Ivyakozwe 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze abicaye bose mu Nama Nkuru bakimuhanze amaso+, babona ko mu maso hiwe hameze nko mu maso h’umumarayika+.
24 Na we nyene yiyambura impuzu maze na we nyene yifata nk’umuhanuzi imbere ya Samweli, arambarara hasi ari gusa uwo murango wose n’iryo joro ryose+. Ni co gituma vyahavuye bivugwa ngo: “Mbega na Sauli ari mu bahanuzi+?”
54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha?
15 Maze abicaye bose mu Nama Nkuru bakimuhanze amaso+, babona ko mu maso hiwe hameze nko mu maso h’umumarayika+.