1 Samweli 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Samweli avuga ati: “Nimukoranirize hamwe Isirayeli yose+ i Mizipa+, kugira ngo ndabasengere+ kuri Yehova.” 1 Samweli 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo jewe, ni ibitokwiyumvirwa yuko nocumura kuri Yehova mu kureka kubasengera+; ntegerezwa kubigisha+ inzira nziza+ kandi igororotse. Imigani 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+. Ivyakozwe 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Simoni yishura ati: “Nimuntakambire kuri Yehova mwebwe+, ntihagire na kimwe mu vyo muvuze kinzako.” Yakobo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.
5 Maze Samweli avuga ati: “Nimukoranirize hamwe Isirayeli yose+ i Mizipa+, kugira ngo ndabasengere+ kuri Yehova.”
23 Nayo jewe, ni ibitokwiyumvirwa yuko nocumura kuri Yehova mu kureka kubasengera+; ntegerezwa kubigisha+ inzira nziza+ kandi igororotse.
8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.
24 Simoni yishura ati: “Nimuntakambire kuri Yehova mwebwe+, ntihagire na kimwe mu vyo muvuze kinzako.”
16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.