ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibi ni vyo biri bushike: umwigeme nza kubwira nti: ‘Ndakwinginze wururutse umubindi wawe w’amazi kugira nywe,’ maze akavuga koko ati: ‘Nunywe, kandi ndanavomera n’ingamiya zawe,’ uwo ni we uri bugenere umusavyi wawe+ Izahaki; kandi biciye kuri ivyo umenyeshe yuko wagiriye urukundo rudahemuka databuja+.”

  • Abacamanza 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Wumvirize ivyo baza kuvuga+, maze amaboko yawe arakomera+ ata gukeka, nawe uramanuka koko gutera nya kambi.” Nuko we na Pura umusuku wiwe baramanuka ku mubari w’abari batonze urugamba bari muri nya kambi.

  • 1 Samweli 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika