1 Samweli 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo nibavuga bati: ‘Nimuduge muturwanye!’, duce tuduga, kuko Yehova atabura kubatanga mu kuboko kwacu; ico ni co kiza kutubera ikimenyetso+.” 1 Samweli 17:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nya Mufilisitiya abandanya kubwira Dawidi ati: “Ingo gusa kuri jewe, maze inyama zawe ndazihe ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba+.” 2 Abami 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ico gihe ni ho Amaziya yatuma intumwa kuri Yehowasi mwene Yehowahazi, Yehowahazi wa Yehu, umwami wa Isirayeli ati: “Nuze duhangane+.”
10 Mugabo nibavuga bati: ‘Nimuduge muturwanye!’, duce tuduga, kuko Yehova atabura kubatanga mu kuboko kwacu; ico ni co kiza kutubera ikimenyetso+.”
44 Nya Mufilisitiya abandanya kubwira Dawidi ati: “Ingo gusa kuri jewe, maze inyama zawe ndazihe ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba+.”
8 Ico gihe ni ho Amaziya yatuma intumwa kuri Yehowasi mwene Yehowahazi, Yehowahazi wa Yehu, umwami wa Isirayeli ati: “Nuze duhangane+.”