ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.”

  • 2 Samweli 5:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Niwumva urwamo rw’imirindi hejuru ya nya bisaka vy’imibaka, uce ukora ata gusuha+, kuko ico gihe Yehova azoba yakwitangiye imbere kugira asasike ikambi y’Abafilisitiya+.”

  • 2 Abami 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo avuga ati: “Ntutinye+, kuko abari kumwe natwe ari benshi kuruta abari kumwe na bo+.”

  • Imigani 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+.

  • Imigani 16:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuragize ibikorwa vyawe Yehova ubwiwe+, imigambi yawe izoheza ibe iyishimangiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika