1 Samweli 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi. 1 Samweli 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko abo babiri biyereka ikirindiro c’Abafilisitiya. Maze Abafilisitiya bavuga bati: “Ehe Abaheburayo basokorotse mu binogo bari binyegejemwo+.”
6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.
11 Nuko abo babiri biyereka ikirindiro c’Abafilisitiya. Maze Abafilisitiya bavuga bati: “Ehe Abaheburayo basokorotse mu binogo bari binyegejemwo+.”