Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+. Gusubira mu vyagezwe 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Utegerezwa kuyigiza ibisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe+. Ijisho ryawe ntirize ribumvire akagongwe+; kandi ntuze ukorere imana zabo+, kuko ivyo bizokubera umutego+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
16 Utegerezwa kuyigiza ibisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe+. Ijisho ryawe ntirize ribumvire akagongwe+; kandi ntuze ukorere imana zabo+, kuko ivyo bizokubera umutego+.