ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko bene Yese batatu bakuru baragenda. Bakurikira Sauli mu ntambara+; amazina ya nya bahungu biwe batatu bagiye mu ntambara yari Eliyabu+ imfura, n’umuhungu wiwe agira kabiri Abinadabu+ be n’uwugira gatatu Shama+.

  • 1 Ngoma 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yese na we avyara imfura yiwe Eliyabu+, Abinadabu+ aba uwugira kabiri, Shimeya+ uwugira gatatu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika