Yosuwa 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nta Banakimu basigaye mu gihugu ca bene Isirayeli. Basigaye+ gusa i Gaza+, i Gati+ n’i Ashidodi+. 2 Samweli 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abo bane bari bavutse ku Barefayimu i Gati+; nuko bagwa biciye ku kuboko kwa Dawidi no ku kuboko kw’abasuku biwe+. 1 Ngoma 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abo ni bo bari bavutse ku Barefayimu+ i Gati+; nuko bagwa+ biciye ku kuboko kwa Dawidi no ku kuboko kw’abasuku biwe.
22 Abo bane bari bavutse ku Barefayimu i Gati+; nuko bagwa biciye ku kuboko kwa Dawidi no ku kuboko kw’abasuku biwe+.
8 Abo ni bo bari bavutse ku Barefayimu+ i Gati+; nuko bagwa+ biciye ku kuboko kwa Dawidi no ku kuboko kw’abasuku biwe.