1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+.
45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+.