ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Gutyo Dawidi aguma arushiriza kuba uwukomeye+, kandi Yehova Imana nyen’ingabo+ yari kumwe na we+.

  • 2 Samweli 22:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Imana y’ukuri ni iboma ryanje rikomeye+,

      Kandi izotuma inzira yanje iba iyitagira akanenge+,

  • Zaburi 44:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;

      Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.

  • Zaburi 125:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 125 Abizigira Yehova+

      Bameze nk’umusozi Siyoni+ udashobora kunyiganyizwa, mugabo ukiberaho no gushika igihe kitagira urugero+.

  • Abaheburayo 11:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika