1 Samweli 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!” 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!”
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!