1 Samweli 17:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Dawidi atangura rero kubwira abagabo bari bahagaze hafi yiwe ati: “Umugabo azokwica urya Mufilisitiya+, agakura koko iceyi kuri Isirayeli azogirirwa iki+? Nkako, uyo Mufilisitiya atagenyerewe+ ni nde aho acokora+ abatonze urugamba b’Imana nzima+?” 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+! Zaburi 80:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wadushiriyeho kuba abo gushihanirwako n’ababanyi bacu+,Abansi bacu na bo bakaguma bitwengera uko bashaka+.
26 Dawidi atangura rero kubwira abagabo bari bahagaze hafi yiwe ati: “Umugabo azokwica urya Mufilisitiya+, agakura koko iceyi kuri Isirayeli azogirirwa iki+? Nkako, uyo Mufilisitiya atagenyerewe+ ni nde aho acokora+ abatonze urugamba b’Imana nzima+?”
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
6 Wadushiriyeho kuba abo gushihanirwako n’ababanyi bacu+,Abansi bacu na bo bakaguma bitwengera uko bashaka+.