ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 74:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ibuka ibi: Umwansi yagusize iceyi, ewe Yehova+,

      Kandi igisata c’abantu c’imburabwenge cagaye izina ryawe+.

  • Zaburi 74:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Haguruka, Mana we, uhagarikire imburano zawe+.

      Ibuka iceyi usigwa n’imburabwenge bukarinda bwira+.

  • Zaburi 79:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Niwishure ababanyi bacu incuro indwi mu gikiriza cabo+

      Iceyi bagusize, ewe Yehova+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika