ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”

  • 2 Ngoma 32:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ni iyihe mu mana zose z’ayo mahanga ba sogokuruza banje batikije yashoboye kurokora abantu bayo mu kuboko kwanje, ku buryo Imana yanyu yoshobora kubarokora mu kuboko kwanje+?

  • Yesaya 37:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?

      Ni nde wadugirije ijwi+

      Ukararamurira amaso hejuru+?

      Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika