ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 89:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Ingene abansi bawe basize iceyi, ewe Yehova+,

      Ingene basize iceyi amakanda y’uwo warobanuje amavuta+.

  • Yesaya 52:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “None ubu, ni inyungu nki mfise ng’aha?” ni ko Yehova avuze. “Kuko abantu banje bajanywe kuri gusa+. Ababaganza bagumye baboroga+,” ni ko Yehova avuze, “kandi izina ryanje ryagumye rigawa burinda bwira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika