ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mu nyuma abarongozi+ bo muri bene Isirayeli, abo abagapita ba Farawo bari bashizeho ngo babahagarikire, barakubiswe+, bano bagapita bakavuga ngo: “Kubera iki mutarangije igikonkwano mwashingiwe mu kubumba amatafari+ nk’uko vyahora, ejo n’uno musi+?”

  • Zaburi 137:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko ng’aho abari batugize imbohe badusavye amajambo y’ururirimbo+,

      Abadutwenga na bo, badusaba umunezero+ ngo:

      “Nimuturirimbire rumwe mu ndirimbo z’i Siyoni+.”

  • Yeremiya 50:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Isirayeli ni intama ishwiragijwe+. Intambwe zamushwiragije+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yaramurokeje+, ubu na ho Nebukadirezari umwami wa Babiloni agugunye amagufa yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika