ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 91:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,

      Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+.

  • Zaburi 97:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.

      Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;

      Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.

  • Zaburi 121:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ntiyoshobora kwemera ko ikirenge cawe kinyiganyiga+.

      Umwe akurinda ntiyoshobora guhunyiza+.

  • Imigani 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 mu kwubahiriza iminyuro y’urubanza+, kandi azorinda inzira y’intahemuka ziwe+.

  • Luka 1:79
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 79 kugira ngo abicaye mu mwiza no mu gitutu c’urupfu bahabwe umuco+, kugira ngo ibirenge vyacu birongorwe neza mu nzira y’amahoro.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika