1 Samweli 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma Dawidi arahaguruka, aja nya hantu Sauli yari yakambitse, maze Dawidi abona ahantu Sauli yari yaryamye, be na Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo ziwe; Sauli yari aryamye imbere mw’ikambi+, abantu na bo bakambitse irya n’ino yiwe.
5 Mu nyuma Dawidi arahaguruka, aja nya hantu Sauli yari yakambitse, maze Dawidi abona ahantu Sauli yari yaryamye, be na Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo ziwe; Sauli yari aryamye imbere mw’ikambi+, abantu na bo bakambitse irya n’ino yiwe.