ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli.

  • 1 Samweli 17:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Maze rero igihe Sauli yabona Dawidi asohotse guhura na wa Mufilisitiya, yabwiye Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: “Ako gahungu+ ni kene nde+ ga Abuneri?” Abuneri na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!”

  • 2 Samweli 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,

  • 2 Samweli 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika