1 Samweli 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Sauli atuma intumwa kuri Yese ati: “Nundungikire Dawidi umuhungu wawe, umwe ari kumwe n’umukuku+.” 1 Samweli 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Gutyo Dawidi aza kwa Sauli maze aramukorera+; Sauli aramukunda cane, arahava aba uwumutwaza ibirwanisho+.
19 Maze Sauli atuma intumwa kuri Yese ati: “Nundungikire Dawidi umuhungu wawe, umwe ari kumwe n’umukuku+.”
21 Gutyo Dawidi aza kwa Sauli maze aramukorera+; Sauli aramukunda cane, arahava aba uwumutwaza ibirwanisho+.