Kuvayo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.” 1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.