Guharura 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.” Gusubira mu vyagezwe 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aze ababwire ati: ‘Umve, ewe Isirayeli, uno musi muregereje urugamba ngo murwane n’abansi banyu. Imitima yanyu ntishe coba+. Ntimutinye ngo mute umutwe canke ngo muhinde agashitsi kubera bo+, 1 Samweli 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Sauli+ na Isirayeli yose bumvise ayo majambo y’uwo Mufilisitiya, baca bagira ubwoba, baratinya rwose+. Yesaya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.
33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”
3 Aze ababwire ati: ‘Umve, ewe Isirayeli, uno musi muregereje urugamba ngo murwane n’abansi banyu. Imitima yanyu ntishe coba+. Ntimutinye ngo mute umutwe canke ngo muhinde agashitsi kubera bo+,
11 Sauli+ na Isirayeli yose bumvise ayo majambo y’uwo Mufilisitiya, baca bagira ubwoba, baratinya rwose+.
2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.