1 Samweli 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko binjiye maze akabona Eliyabu+, aca avuga ati: “Emwe, uwo Yehova yarobanuje amavuta ari imbere yiwe.” 1 Ngoma 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yese na we avyara imfura yiwe Eliyabu+, Abinadabu+ aba uwugira kabiri, Shimeya+ uwugira gatatu,
6 Nuko binjiye maze akabona Eliyabu+, aca avuga ati: “Emwe, uwo Yehova yarobanuje amavuta ari imbere yiwe.”