-
1 Samweli 17:28Bibiliya y’isi nshasha
-
-
28 Nuko Eliyabu+ mwene wabo mukuru aravyumva igihe yariko avugana na nya bagabo, maze ishavu rya Eliyabu rirurumbira Dawidi+, ku buryo avuga ati: “Wamanukanywe n’iki? Twa dutama dukeya twasigaye mu gahinga wadusigaranye nde+? Ubwanje ndazi neza ukwita imbere kwawe n’ububi bw’umutima wawe+, kuko wamanukanywe no kuraba urugamba+.”
-