Zaburi 37:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Reka ishavu, uhebe ubushangashirwe+;Nturungure kugira gusa ngo ukore ikibi+. Imigani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwunyaruka gushavura azokora ivy’ubupfu+, mugabo umuntu w’ubushobozi bwo kwiyumvira arankwa+. Imigani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+. Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?