1 Samweli 17:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugabo Sauli abwira Dawidi ati: “Ntushobora kuja kuri uwo Mufilisitiya kurwana na we+, kuko uri agahungu gusa+, na we akaba ari umurwanyi kuva mu buto bwiwe.”
33 Mugabo Sauli abwira Dawidi ati: “Ntushobora kuja kuri uwo Mufilisitiya kurwana na we+, kuko uri agahungu gusa+, na we akaba ari umurwanyi kuva mu buto bwiwe.”