1 Samweli 25:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ndakwinginze uharire ukugabitanya kw’umushumbakazi wawe+, kuko Yehova azotuma ata kabuza inzu y’umukama wanje iramba+, kubera yuko intambara za Yehova ari zo umukama wanje arwana+; nayo ububi, ntibuzosangwa muri wewe mu misi yawe yose+.
28 Ndakwinginze uharire ukugabitanya kw’umushumbakazi wawe+, kuko Yehova azotuma ata kabuza inzu y’umukama wanje iramba+, kubera yuko intambara za Yehova ari zo umukama wanje arwana+; nayo ububi, ntibuzosangwa muri wewe mu misi yawe yose+.