2 Samweli 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwami afata rero abahungu babiri ba Rizipa+ umukobwa wa Aya, abo yavyariye Sauli, Arumoni na Mefibosheti, n’abahungu batanu ba Mikali+ umukobwa wa Sauli, abo yavyariye Adiriyeli+ mwene Baruzilayi Umumehola.
8 Umwami afata rero abahungu babiri ba Rizipa+ umukobwa wa Aya, abo yavyariye Sauli, Arumoni na Mefibosheti, n’abahungu batanu ba Mikali+ umukobwa wa Sauli, abo yavyariye Adiriyeli+ mwene Baruzilayi Umumehola.