1 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, yarakunda Dawidi; nuko babimenyesha Sauli, ico kintu aragishima. 1 Samweli 25:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, umugore wa Dawidi, Sauli yari yamuhaye Paliti+ mwene Layishi, uwamuka i Galimu+. 2 Samweli 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyongeye, Dawidi atuma intumwa kuri Ishi-bosheti+ mwene Sauli, ati: “Mpa umugore wanje Mikali, uwo nirehereje ku dushato* ijana+ tw’Abafilisitiya.” 2 Samweli 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Mikali+ umukobwa wa Sauli arinda apfa ataronse akana.
44 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, umugore wa Dawidi, Sauli yari yamuhaye Paliti+ mwene Layishi, uwamuka i Galimu+.
14 Vyongeye, Dawidi atuma intumwa kuri Ishi-bosheti+ mwene Sauli, ati: “Mpa umugore wanje Mikali, uwo nirehereje ku dushato* ijana+ tw’Abafilisitiya.”