1 Samweli 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Gutyo Dawidi aza kwa Sauli maze aramukorera+; Sauli aramukunda cane, arahava aba uwumutwaza ibirwanisho+. 1 Samweli 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sauli aramugumya kuri uwo musi, ntiyamwemerera gusubira ku nzu ya se wiwe+. 1 Samweli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Sauli amukura iruhande yiwe+ maze amugena kumubera umukuru w’igihumbi; kandi Dawidi yama aja ku rugamba akongera akagaruka ari imbere y’abantu+.
21 Gutyo Dawidi aza kwa Sauli maze aramukorera+; Sauli aramukunda cane, arahava aba uwumutwaza ibirwanisho+.
13 Nuko Sauli amukura iruhande yiwe+ maze amugena kumubera umukuru w’igihumbi; kandi Dawidi yama aja ku rugamba akongera akagaruka ari imbere y’abantu+.