2 Samweli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwami ahamagara rero Ziba umusuku wa Sauli, amubwira ati: “Ikintu cose cari ica Sauli be n’icari ic’inzu yiwe yose, ndagihaye+ umwuzukuru wa shobuja.
9 Umwami ahamagara rero Ziba umusuku wa Sauli, amubwira ati: “Ikintu cose cari ica Sauli be n’icari ic’inzu yiwe yose, ndagihaye+ umwuzukuru wa shobuja.