2 Samweli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?” 2 Samweli 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.” 2 Samweli 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ariko umwami amubwira ati: “Kubera iki ukibandanya kuvuga amajambo yawe? Mvuze nti: ‘Wewe na Ziba muzosangira amatongo+.’”
9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?”
4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.”
29 Ariko umwami amubwira ati: “Kubera iki ukibandanya kuvuga amajambo yawe? Mvuze nti: ‘Wewe na Ziba muzosangira amatongo+.’”