2 Samweli 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umwami atangura gusubirayo, aragenda gushika kuri Yorodani. Nayo Yuda, iza i Gilugali+ kugira ije gusanganira umwami, ngo imujabukane Yorodani.
15 Umwami atangura gusubirayo, aragenda gushika kuri Yorodani. Nayo Yuda, iza i Gilugali+ kugira ije gusanganira umwami, ngo imujabukane Yorodani.