2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mwananje, tinya Yehova be n’umwami+. Ntiwivange n’abashaka ihinduka+. Abagalatiya 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ugusenga ibigirwamana, gukora ivy’ubupfumu+, inzankano, ugushihana, ishari, ukwiguburiza kw’ishavu, amahane, amacakubiri, imice,
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
20 ugusenga ibigirwamana, gukora ivy’ubupfumu+, inzankano, ugushihana, ishari, ukwiguburiza kw’ishavu, amahane, amacakubiri, imice,