2 Samweli 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Benaya+ mwene Yehoyada ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+. Nayo bene Dawidi, baba abaherezi*+. 1 Ngoma 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.
17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.